MBEGA MURI MUMYITEGURO?
Ndabipfurije imisi mikuru myiza, IMANA musenga Ibane namwe mwese kandi ize ibahe ivyo imitima yanyu yipfuza.
Mwitegure mu mitima no ku mubiri, mwizigame mukujabuka amabarabara, abarwaye mubasengere kugira tuze tubone iyo misi turi bazima kandi dushima.
Mugire umugisha utagabanije !
#laviechretiennetv
#ubuzimabwumukristo
NSHIMIRIMANA Déo
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Nsavyimana Philbert
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Mugisha Elvis
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?