Ntimwihende, tumbera SAFE MOTORS muheze muronka ama moto kugiciro ca promotion.
#safemotors, twitayeho ukwiyunguruza kwanyu.
Ntimwibagireko mushirahamwe SAFE MOTORS urishe amahera ucugenda utwaye moto yawe ubwonyene.
#safemotors, twitayeho ukwiyunguruza kwanyu.
Motos 12 nizo Diocèse Rutana ihejeje kugura muri SAFE MOTORS.
Uwaserukiye Diocèse avugako bahisemwo gushorera SAFE MOTORS kubera baribamaze kubonako moto z'iryo shirahamwe zikomeye, zinyaruka kandi ko uwuzikeneye acagenda azitwaye uwomwanya nyene azikenereyeko.
SAFE MOTORS irakengurukiye cane Diocèse Rutana.