Ku munsi ugira gatatu ari mu rugendo rw'iminsi itanu muri Reta zunze ubumwe z'Abarabu, Umukuru w'igihugu #varisito_ndayishimiye yabonanye kuri uyu wa gatatu n'uwutwara ubuserukizi (Consul) bw'#uburundi mu gihugu ca #oman. Bakaba baganiriye ahanini ku bijanye no gukomeza imigenderanire no gufashanya hagati y'ivyo bihugu bibiri.



Bobicjr Niyo
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Audace NSENGIYUMVA
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?