Le PSG logiquement mené à la pause à Lorient.
Le match > http://ow.ly/10a450HhOcO
#fclpsg

Le PSG logiquement mené à la pause à Lorient.
Le match > http://ow.ly/10a450HhOcO
#fclpsg
Nduwayezu Joselyne imyaka 18 akaba yahoze yiga mumwaka 9 kuri ecofo Nyamiyogoro mumwaka wa2020 akaba avuka mikuba mwene NIZIGIYIMANA ELIAS NA KARENZO CONSTANCE yaratwajwe inda na padiri yitwa Emery wokwi paruwasi yo kumubuga Aho babonanira aho kwiparuwase nyene umwana yagiye gutanga imperezwa yaranamuhaye fone ari nayo bavuganirako uyumusi le9/11/2021 niho padiri yajanye umwana ngozi bagiye kuyikorora iyonda ariko basanga bidakunda kubera inda irenza 7mois niko kugaruka bageze mumunkaze yahise ahamagara abantu ba2 ndetse yabahamagaye kuri fone ariko ntibaramenyekana bahita bafata uwomwana bajana ahantu mwipori ngo bamunige niho abantu bariko barahira bumvise induru baca baza bariruka hama nabo buruka basubira kwibarabara aho padiri yarahagaze ari kumoto yari yajanyeko uwo mwana ngozi niko guhita yatsa moto baca barasimbirako baragenda muri ville abonye ataho abiva yahise ahindura impuzu mbere aratira nimodoka aca arishikana kuri parquet kayanza amatohoza ariko arakorwa
Unai Emery announces he’s staying: “I’ve decided to stay here. Villarreal is my home and I 100% trust this project. I’m proud of top club interest [Newcastle] but I’m super happy with this club, Roig family, fans and players. See you soon in our stadium”. 🟡. #vamzamreports #muhjamiuabdulrahmon