#bujumbura_mairie: Bamwe mu banyagihugu bavuga ko babazwa n'ingene ibiciro vyo kwiyunguruza vyadugijwe ariko imiduga yunguruza abantu ntiboneke.
Abayaze n’Isanganiro kuri uyu wa kane, basigura ko ivyo bije kwunyura ubuzima bw'amikoro make barimwo. Basaba ababijejwe kuraba uko imiduga yunguruza abantu yoboneka.

Caleb Nkunzimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Saeed Hakiza
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?