🔴Amasozi n’ibigumbagumba nivyo vyaboneka mu maso y'umukinyi Kanianga Patrick wa Bumamuru ,inyuma y’urukino baraye batsinze Kayanza United, ku ntsinzi y’ibitsindo bibiri ku busa (2-. Uwo mukinyi Patrick akaba ariwe yatsinze ivyo bitsindo vyose bibiri, vyatumye Bumamuru isubira mu kibanza ca mbere. Patrick Kanianga akaba nawe yaciye asubira kuba umukinyi afise ibitsindo vyinshi gusumba abandi.
Tubamenyeshe yuko inkino zisigaje indwi zibiri kugira ihiganwa rya Primus Ligue rirangire. Bumamuru iza imbere ku manota 51 igakurikirwa na Atletico New Oil ifise amanoto 49.
#lesbeautesdecheznous #akezanet #football #burundi




Saeed Hakiza
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Caleb Nkunzimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Hi Hobc
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?