Province Gitega
3pdSo71
v
r
179
0
a
6
j
i
e
8t
n
·
🚨🚨 Ugutabariza #nikiza Grâce Zilfa,
_________________________________________
✍🏿 Nikiza Grâce Zilfa n'umuvyeyi w'abana babiri; akaba avuka kumutumba nyamugari komine #gitega province #gitega.
✍🏿 #nikiza Grâce Zilfa w'imyaka 36 ubu akaba aremvye kubera indwara y'ibungwe ry'amagufa ryatewe n'ifatwa rirerire ry'imiti y'amafyigo, n'ikibazo asanganywe kuva 2015.
📌 Umuryango waragerageje kumuvuza kubitaro bitandukanye vyaha muburundi, ariko abandanya aremba, ubu kugira abe arabayeho yitera imiti y'ububabare igitondo n'umutaga no mwijoro.
📌 Abaganga bamenyesha ko kugira ashobore gukira yoja kwivuriza mubitaro vyanonosoye Ivy'indwara y'amagufa mu Misiri mu gihugu ca Égypte.
* Ibisabwa kugira avurwe :
----------------------------------------
✍🏿 Kugira ngo avurwe,hasabwa amadolari y'abanyamerika ibihumbi mirongo ibiri(20000$), ivyo umuryango ukaba utovyishoboza mutawubaye hafi,
👉🏿 Barateye akamo umuntu wese ashoboye gufasha uwo mupfasoni ari mubihe bitoroshe, kandi barizeye ko dushize inguvu hamwe dushobora kurokora ubuzima bwuno mupfasoni,
* Kubipfuza gufasha bocisha uburyo bwabo munzira zikurikira :
📌 Lumicash ya Irakoze Evode : 61319727
📌 Ecocash ya Wakana Denise: 79766332
📌 Compte Numero: 0152803351200 yugurujwe kW izina rya Irakoze Evode muri CRDB,
📌 Compte Numero : 41187001_73 yugurujwe kw'izina rya Wakana Denise mur MUTEC
🛑Ibikorwa vyo gushira akaburungu kuri film y'Imburabugirire bigeze k'umusozo!
Mu kiganiro gito twahawe na #anny_esperance , CEO wa #warubizi_company ,yatumenyesheje ko projet igiye gukorwako ubwanyuma hanyuma batangure iyindi!
Abanyozi b'i motos !!!
Cakibazo co kuja kugura i moto ikazogushikira mumezi atandatu kandi wayirishe yose kubuzimbe caraheze? Izi motos za #safe_motors muzibona gute? Zirakomera?
Yoyo ngo utaha uyitahanye kuri 3 700 000fbu gusa.
#umudodo
#bigfizzo
Caleb Nkunzimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?