🛑 Ifoto y’indwi!
_________________
Neza na neza ifatirwa mu birori vya 3FA Films ! Uwitwa #mimi_mireille ; #kenthia muri film #ishusho_y_umuntu , yuzuye akamwe,ibugumbagumba bibogaboga mumaso kugeza kundiba y’umushaha wiwe aba atoye agafiriti atamika #Amedée ( #timoteyo muri Ishusho y’umuntu ) ati musore mwiza wiyakirire maze kuko urabikwiye!
#Lénine_Manariyo arumirwa ati ng’ibi vyamwa vya rwarukundo twirirwa turigisha naho #giti_fiston mugenzi wa Amedée ati :”dya Indya mwana wa Maman siwe wohahera”
Natwe duti sitwe twohahera hohera Umurwanizi yanka abikundanira!
