Sadio MANE yaraye arenganye Didier DROGBA !
================
Inyuma yo gutsinda kumusi wejo igitsindo ciwe kigira 15 muri ligue des champions murukino Liverpool yatsinze Villareal 3-2,Sadio MANE yaraye abaye umukinyi wambere w'umunyAfrica ashikanye ivyo bitsindo muri ligue des champions. Didier DROGBA umunya Côte d'ivoire niwe yahora ari kw'isonga n'ibitsindo 14 ,akaba yaraye akeje uyo munya Sénégal Sadio MANE aho amwipfuriza gutsinda n'ibindi narirya agifise imyaka 30 kandi umurwi wiwe wa Liverpool ukaba uzokina finale niyiza gutsinda uno musi hagati ya Real Madrid na Manchester City.
#akezanet #sport #football #championsleague




Caleb Nkunzimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Saeed Hakiza
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Hi Hobc
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?