Je n'ai pas besoin de m'expliquer parce que je sais que j'ai raison... 🫡🫡🫡
.
Nouvelle aventure... 😱
.
Jharkhand à Lucknow
#hazaribagh
Argos TV
26 min ·
Baribaza ingene bazoza barajabuka imvura yaguye
🗣️ Abene gihugu bo mu ma zone ya #gihosha na #kamenge yo muri Komine #ntahangwa mu gi gisagara ca #bujumbura bahora bakoresha ikiraro kiri ku kuzi #nyabagere kiri hagati y’aho bita mu #gisandema no ku #matafari bamenyesha ko ubu bitoroshe.
😭 Ni inyuma y’aho ico kiraro gisamburiwe, ibiboneka ko uwabikoze yoba yanse ko ico kiraroro cohava ciha inkumbu bivuye ko cari gisigaye kiri ku mangetengete, kuko abantu bafise impungengenge bari barakigize umuziro kuko cari gisa n’ikigeze ahatemba.
👉 Igihe twahashika twasanze abarengana bagizwe ahanini n’abanyeshure bava ku mashure bari mu kangaratete kuko bitari bigikunda ko bagicako. Abadafise impungenge bari bahinduye baca ku kiringoti gitwara amazi ya #regideso, aho ni mu gihe bagenzi babo bariko bamanuka guca mu mazi y’ako kuzi.
🤲 Bamenyesha ko mu gihe imvura itaguye ata ngorane bati mu gihe yoba yaguye niho tutabona ingene tuzoza turarengana kuko ico kiraro cadupfunyiriza urugendo. Bagasaba ababijejwe guhimiriza abene gihugu kugira basubire babe baragitunganya mu kurindira ko gikorwa neza.
Uravye uku kuntu bajabuka nta mpungenge bigutera?
#burundi #argostv #ikiraro #inyubakorusangi