Gasape Gasape
    #burundi #bujumbura #gitega #uburundi #ndayishimiye
    Advanced Search
  • Login
  • Create an account

  • Night mode
  • © 2023 Gasape
    About us • Contact Us • Developers • Privacy Policy • Terms of Use

    Select Language

  • Arabic
  • Bengali
  • Chinese
  • Croatian
  • Danish
  • Dutch
  • English
  • Filipino
  • French
  • German
  • Hebrew
  • Hindi
  • Indonesian
  • Italian
  • Japanese
  • Kirundi
  • Korean
  • Persian
  • Portuguese
  • Russian
  • Spanish
  • Swedish
  • Turkish
  • Urdu
  • Vietnamese

Events

Browse Events My events

Blog

Browse articles

Market

Latest Products

Pages

My Pages Liked Pages

More

Forum Explore Popular Posts Games Movies Jobs Offers Fundings
Events Market Blog My Pages See all
Martine Tazira
User Image
Drag to reposition cover
Martine Tazira

Martine Tazira

@79000074
  • Timeline
  • Groups
  • Likes
  • Friends 70
  • Photos
  • Videos
  • Products
70 Friends
420 posts
Female
22 years old
Lives in Burundi
image
image
image
image
image
image
Martine Tazira
Martine Tazira
9 w

image
Like
Comment
Share
avatar

Andremussa Nduwimana

ABA star muragerageza kurondera model atabandi bazifise cane cane abakobwa
Like
· Reply · 1674580835

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Niyomwungere Floribert

Iyo style yuwo mukobwa🤭🤭
Like
· Reply · 1674581462

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Ir Delice Kwizera

super
Like
· Reply · 1674588459

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

Martine Tazira
Martine Tazira
18 w

#MijotédAPF (Mijoté de maquereau fumé avec attiéké)
Hello mes merveilleuses, voici une autre façon de manger votre APF, tchié c'est doux oh😍😋😋, recettes chap chap même.
Ingrédients
Des poissons fumés maquereau
Des tomates fraîches, oignons en lamelles
Piments frais rouges, ail, ciboulette,persil écrasés.
Une cuillère à soupe de moutarde
Du poivre
Une cuillère à soupe de vinaigre blanc
Deux gousses d'ail râpées pour la vinaigrette
Carottes 🥕 râpées
Oignons en lamelles pour la vinaigrette
Ciboulette émincée, persil ciselé
Mayonnaise
Sel
Huile
Faites revenir oignons, tomates fraîches en lamelles avec le piment frais, ciboulette, persil, ail écrasés ,un peu de sel. Laissez mijoter , une fois l'eau des légumes est presque finie, enlever toutes les impuretés dans les poissons fumés, bien rincer et ajoutez les poissons en entier à la préparation. Poursuivez la cuisson jusqu'à ce l'huile apparaisse bien, laissez mijoter 10mn, rectifiez l'assaisonnement c'est prêt.
Pour la vinaigrette, mélangez carottes 🥕 râpées Oignons en lamelles, poivre, ail râpé,mayonnaise, vinaigre blanc, sel, un peu d'huile et bien mélanger l'ensemble.
Décorez à votre convenance
Accompagnements : Attiéké, Riz , Akpessi
Bonne Dégustation 😋😋😋

image
Like
Comment
Share
avatar

Nzokurigomba Janvier

Delicious
Like
· Reply · 1669557495

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Allis Smith

Appetit
Like
· Reply · 1669560129

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

Martine Tazira
Martine Tazira
47 w

#rumonge: Kwiyunguruza canke kwunguruza ibintu hakoreshejwe ingendeshwa zikoresha igitoro mu Rumonge bibandanya kugora. Abiyunguruza bavuga ko itike yikuvye nka kabiri.
Batanga uturorero ko kuva mu Rumonge gushika mu Kigwena bahora bariha ibihumbi 2 ubu batanga ibihumbi 4. Rumonge-Buruhukiro bariha 3000 yahora ari 1500. Rumonge- Bururi basabwa ibihumbi 7 hahora harihirwa 4000.
Abunguruza abantu bavuga ko bituro vy'igitoro 7 bisanzwe bikigurisha mu gisagara ca Rumonge ata na hamwe kiri naho leta y'U #burundi iheruka kukiduza igiciro. Kuri magendo ilitiro ya essence igeze ku bihumbi 10 kandi naho bagikura mu bihugu bibanyi ntiboroherezwa. Abagize ico bashikiriza gukora ibishoboka vyose igitoro kiboneke.

image
Like
Comment
Share
avatar

Caleb Nkunzimana

🥱🥱🥱🥱
Like
· Reply · 1651594192

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

Martine Tazira
Martine Tazira
49 w

Gushiraho umurwi w’akarere wa gisirikare wo kurwanya imigwi igwana mu gihugu ca republika iharanira demokarasi ya Congo ni kimwe mu vyasabwe n’abakuru b’ibihugu bitavye inama, yo kuri uyu wa kane mu gihugu ca #kenya. Umukuru w’igihugu c’U #burundi, Evariste Ndayishimiye, yabishikrije atahutse avuye muri iyo nama yahuje ibihugu bihana urubibe n’igihugu ca Kongo.
Bapfunditse ko imigwi y’abanyekongo itera umutekano muke muri ako karere itegerezwa kwitaba ibiganiro, uwutazovyubahiriza azofatwa nk’umwansi w’akarere. Basavye iyiva mu bindi bihugu nka #uganda, U #rwanda n’Uburundi isabwa gusubira mu bihugu iwabo. Kubwabo abatozosubira iwabo, akarere kazoca gafata ingingo zijanye n’igisirikare.
Abo bakuru b’ibihugu bakazosubira guhura mu kwezi kumwe kugira barabe aho ibintu bigeze. Umukuru w’igihugu c’Uburundi yanahamagariye kandi abarundi bari muri ako karere gutahuka bitarinze guca muri izo nzira kuko uko biri kwose, igihugu cabo kiriteze kubakira. Ibihugu vyari muri iyo nama ni Uburundi, Kongo (RDC), Urwanda n’Ubuganda.

image
Like
Comment
Share
avatar

Saeed Hakiza

👍🏼
Like
· Reply · 1650638764

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Allis Smith

The president
Like
· Reply · 1650662526

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

Martine Tazira
Martine Tazira
49 w

🔴Umukinyi w'umurundi yatowe mu bakinyi bakiri bato bakina neza muri national league mu bwongereza!
Omar MUSSA akina mu murwi wa Weymouth, yatowe mu bakinyi 12 bakiri bato bakina neza mw'ihiganwa rya national league. Mwihiganwa barimwo amaze gukina inkino 16 yinjiza igitsindo kimwe kuko asanzwe akina hagati. Biboneka neza ko uwo muyabaga imirwi ikomakomeye ishobora gutangura kumurondera kuko afise imyaka 21 gusa.
#akezanet #sport #intambamurugamba

image
image
image
image
Like
Comment
Share
avatar

Caleb Nkunzimana

Waouuh
Like
· Reply · 1650531287

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Caleb Nkunzimana

✌️✌️✌️
Like
· Reply · 1650531301

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

J Marie Ndayizeye

Courage
Like
· Reply · 1671130548

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

Load more posts

Unfriend

Are you sure you want to unfriend?

Report this User

Edit Offer

Add tier








Select an image
Delete your tier
Are you sure you want to delete this tier?

Reviews

Pay By Wallet

Payment Alert

You are about to purchase the items, do you want to proceed?

Request a Refund