#wesha BY EASY BOY SORTI MAINTENANT
LIEN
#syntvonline
#letsvibenow
🛑 Brand Ambassador wa #zikomo_africa akaba na CEO_Founder wa @inspire_Youth_of_Africa #akimana_honorine _Roxa yagize ico atangaje kuri #miss_burundi_2022 isigaje amasaha make ngo ibe
🔯 “ Harasigaye imisi 3 yonyene kugira ngo tumenye ninde mukobwa azotorwa nka Miss Burundi 2022
Mfashe aka kanya gato ko kubanza gushimira organisation ya @missburundiofficiel @ss.sultani ku buryo bariko baritanga muguhindura ibintu n'ibindi kugira ngo ihiganwa ribandanye kuba ryiza kurusha...Nubwo hariho vyinshi caaane bitaratunganywa kandi bimwe murivyo vyoroshe( nko kureka ama media ngo agirishe ibiganiro vyinshi abo bigeme, nko kwerekana uko igice gishira icanyuma (Demi_finale) cagenze (vidéo)
Nkaba nisabira nk'umwenegihugu kandi yipfuza iterambere ry"iryo higanwa ko botuzanira aba membre ba jury vyukuri bazotora umukobwa abikwiriye kandi azotanga ishusho ryiza kwiryo higanwa, hama ndetse bakamukurikirana kandi bakamushigikira kugira imigambi yiyemeje gukora ayishire mu ngiro hama abarundi benshi batahura akamaro k"iryo higanwa...
Nay'ubundi bibaye nkuko vyagenze 2021, ni gute abarundi bazotahura akamaro k'iryo higanwa?
Kubansavye kugira ama commentaires kuko ihiganwa ririko riragenda, reka turindire le 07/5 hama tugire twese ico tuvuze kuri vyose, icari cihuta carico c'aba membre ba jury...vy'ukuri ntibazosubire gukora nkivyo bakoze mu mwaka uheze, kuko vyari binagoye gutandukanya umu fan hamwe n'umu membre wa jury
Ndangije nipfuriza aba finalistes ba 2022 amahirwe menshi,haburana babiri hagatsinda umwe,nyuma yale 06/5 abazoronka amakamba n'abatazoronka mwese muze mufashanye muguteza imbere igihugu catwibarutse ndetse munakoreshe inguvu zose zishoboka mugukundisha iri higanwa abarundi, muze mube aba ambassador beza b'iri higanwa !”
John Ndegeya
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Boris Ndereyimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Caleb Nkunzimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?