Bwungutse ibibanza 40 mu bwigenge bwo kumenyesha amakuru
Igenekerezo rya 03/05 n'umusi mpuzamakungu wahariwe ubwigenge bwo kumenyesha amakuru
Nk'uko bishikirizwa na Reporters Sans Frontières Uburundi bwarateye imbere mu bw'igenge bwo kumenyesha amakuru. Ku bihugu 180, Uburundi bwavuye mu kibanza c'147 muri 2021 buja mu kibanza c'107 muri 2022.
Umukuru w'Igihugu #evariste_ndayishimiye yafashe urugendo mu gitondo co kuri uyu wa 4 rumushikana i #nairobi muri #kenya.
Nk'uko biboneka mw'itangazo ryasohowe n'Umuvugizi w'Umukuru w'Igihugu #evelyne_butoyi, ngo yitavye ubutumire bwa mugenzi we wa Kenya ahategekanijwe kubera inama y'abakuru b'Ibihugu kugira bigire hamwe ibijanye n'umutekano muri Kano karere.
After missing on Russia 2018, Italy are out of the World Cup 2022. What an incredible disaster. 🇮🇹 #italy
Obède Ndayiragije
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Obède Ndayiragije
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?