Umurundi Capitaine Dieudonné Dukundane yahoze ari umunyamabanga nshingwabikorwa w'umuhora wo hagati (Corridor Central) yashimiwe n'umukuru w'igihugu kubera interarano yiwe mu migambi y'iterambere nko kwubaka ibarabara ry'indarayi (Chemin de Fer), isubirwamwo ry'ibarabara nomero 3 (Bujumbura-Rumonge) no kworosha iyunguruzwa ry'ibidandazwa mu kiyaga #tanganyika. Capitaine Dukundane ubu akaba ari umuyobozi mukuru ajejwe ibidukikije muri Autorité du Lac Tanganyika
🔴 Kugeza ubu amakuru dufise kubijanye na #miss_burundi nuko umukobwa azoba uwambere azohabwa imodoka nshasha iri mubwoko bwa Ractis nouveau model!
Izotangwa na CRDB_bank
Ibindi ntiturabimenyeshwa!
#burundi
#miss_burundi_2022