Ishirahamwe Ntabariza rihamagarira imiryango y'ibibondo birenga 30 biri kumwe n’abavyeyi babo mw'ibohero ry'abakenyezi ry’ i #ngozi kuza kubatora kuko bitabereye ko bakurira muri mwene ivyo bibanza.
Uwurongoye iryo shirahamwe yabishikirije, kuri uyu wa 2. Yari yashiriye agaseke kagizwe n'umuceri n'ibindi abakenzi barenga 190 bari muri iryo bohero, mu ntumbero yo kubifuriza Pasika.
Jean Marie Nshimirimana asaba kandi ababijejwe gushiramwo inguvu kugira abarabwa n'ikigongwe c'umukuru w'igihugu barekurwe kuko muri iryo bohero harimwo abatamakazi bafise imyaka yababa 70.
📷UBM News
NINDABA Telesphore
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
NIBIGIRA Etienne
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Méthucel NSHIMIRIMANA
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?