#imigisha_yumuvyeyi
®®®
®®
©
1: mwananje genda uhezagirwe, urondere uronka, Imana nyakumpa ikundindire urupfu
®®
2: mwananje twabanye mubuzima bugoye, iyo ugiye ntuze utwibagire uragahora uratwibuka
©©
3:Mwananje nkunda genda urondere ubuzima, ntiwishinge ibitagira akamaro
©©
4: mwananje ndagusabira ntuzosige aha kuri iyisi, nzogutange kuyivako kuko woba usize mumarira nkarwara akabonge,
🔆🔆🔆
5: mwananje ndemeye gusigara inzara kugira uronke agatike ko kuja kurondera ubuzima, ntakindi ndagushakira Atari ubuzima bwiza
©©
6: mwananje nzoyigara ndagusabira kumana ikumpere umukazana mwiza, amahoro, ikurinde inzara
©©©
7: mwananje genda ukore neza, ndafise ivyizere ko uzororanirwa bakakugira umukuru
®®
8: mwananje ntuze wishire hejuru burya bwitonzi wamanye uzobugendere bizogufasha
©©
9: mwananje iyo ugiye ntuzokwizere Bose, kuko bamwe muribo ntibashaka ko utera imbere, bashaka ko woguma mubuzima bubi turimwo
®®
10: mwananje ndangije ndagusabira uruvyaro, imigisha, imihezagiro, kuronka ugafasha abandi, kugira abo utwara, kugira abakwubaha, kuronka akazi no kuduzwa mukazi
✓✓✓✓✓
Mama wawe niwe muntu wenyene agusabira: gutera imbere, kubaho, gupfa agusiga kwisi, kugira ivyiza vyose, ugwaye ababara iryambere,....
®®® Kunda mama wawe umukorere ivyiza bishoboka kuko yakwitangiye muri vyishi, muhe umunezero yibagire ibibi yaciyemwo akomeze kugusabira imigisha n'ibindi
®®®
©©
©
#partage
#gasangize_abandi

NIBIGIRA Etienne
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Nzeyimana Audace
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Nkundabandi Sostene
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?