Iminsi yose umugore ntaronka umugabo yikwije kuko turi ugutandukanye
1.Uronse "Handsome" (umuhungu/umugabo mwiza) umutwe wiwe usanga atakiriyo (empty)
2.Uronse incabwenge amasaha 24 aba ari busy n'ibyiwe nta nubwo bakunda guseka kandi ntabwo bari romantic bo ubwabo ntibikunda
3.Uronse umukire/umutunzi ntashobora kukwubaha.Uzomubwira iki kandi ifaranga arifise?
4.Uronse uwukora akazi nkuko ushaka usanga ata mwanya aguha akenshi bano bita ku kazi no kwironkera amafaranga we buri munsi yiyumvira ubuzima
5.Uronse imvugakuri mu mufuko usanga 0%
6.Uronse uwugukunda mukuri usanga atari "Level" levo yawe atari amahitamo yawe nkuko uba ubyipfuza
7.Uronse uwize yaminuje ntiyigera yumviriza impanuro zawe umubwira,n taco umubwira agutahure imbere yiwe
8.Uronse uwuri Smart_ni umubeshi arengeje abenshi ntabwo bakunze kwubaka izabo bihuse kandi nubwo yubaka urwiwe nta kibuza ko akomeza gukundana n'abandi bakobwa kuko benshi mu bakobwa bo ubwabo usanga bamukunda
Iyigishe gushima muri byose kuko kuva kuri Adam nta muntu numwe yamye yikwije ninako abagabo twaremwe kandi nawe ubwawe ntabwo wikwije (ukwije byose)
Ushobora kwibaza ngo ninakunda naka niho nzabaho neza ariko ataribyo kuko buri wese afite uko ameze mu buzima uzaba utuyemwo
Rino ni ibanga abakobwa benshi batazi
Ntugasenge usaba Imana iguhe uwo ushaka wewe ahubwo senga usaba izaguhe uwuhwanye n'ubugombe bwayo aho urugo rwawe ruzagira amahoro
Muri bino bidondaguwe hano nibaze ko wabonye aho umukunzi/umugabo wawe ahagaze
Kora follow kuri page yanjye ukomeze wiga byinshi hano wongere usangize abandi
Ndabakunda cane"
#karusi: Buramatari asaba abarongoye intwaro hasi kurwanya amaligala atera abenshi ubunebwe. Ashikiriza ko biteye isoni kuba hakiboneka abantu usanga bariko banywa inzoga mu gitondo mu duce tumwe tumwe tw'iyo ntara.
Calnie Mbarushimana yabishikirije kuri uyu wambere ku murwa mukuru wa komine Bugenyuzi, mu birori vy'umunsi mukuru w'abakozi n'akazi. Abarimyi nabo yabahamagariye kurima ibiterwa vy'agacikamvura muri iki gihe, nk'ibijumbu, mu kurindira ko ivyo bateye ku mpeshi vyera.
📷Province Karusi
Ir Delice Kwizera
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Bamporiki Goreth
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?