Umukuru w'igihugu amenyesha ko ibisata vyose vy'igihugu bizoza birerekana ico vyakoresheje amafaranga bihabwa imbere yo guhabwa ayandi mu ntumbero yo gutunganya neza amafaranga leta ikoresha ku mwaka.
Biri mw'ijambo Evariste Ndayishimiye yashikirije abarundi, kuri uyu w'Imana, mu ntumbero yo guhimbaza umunsi mukuru w'abakozi n'akazi. Kubwiwe, itunga ry'igihugu rinyuruzwa canke risesagurwa ni bimwe mu bituma abatangakori badebukirwa kuko ata kamaro babibonamwo.
Umukuru w'igihugu amenyesha kandi ko amategeko mperekeza muri poritike yo kunganisha imishahara agiye gushirwaho imbere y'ukwezi kw'indwi.
📷Ntare Rushatsi House
U Rwanda rwemeye ko ruri mu biganiro na Denmark bigamije kurwoherereza abimukira
===
Guverinoma y'u Rwanda yemeje ko iri mu biganiro n'iya Denmark byo gushakira umuti ikibazo cy'abimukira, bizatuma iki Gihugu cyo ku Mugabane w'u Burayi na cyo cyoherereza u Rwanda bamwe mu bashaka ubuhungiro bakirimo.
INKURU IRAMBUYE...
https://radiotv10.rw/u-rwanda-....rwemeye-ko-ruri-mu..
Claude Bucumi
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Bertrand MB
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Leopold Nzoyihera
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?