Hemwe,
Nta kindi uretse kubamenyesha umuzo w'uno mukinyikazi wa film asa na mushasha mw'ihinguriro rya 257 aje atavyorosha na gato!
Uno akaba yamaze kwinjira neza neza mukibuga ashikira muri Film yamaze gutangura gufata imfuruka nyuma ya episode imwe gusa yayo yamaze gusohoka!
Film tuvuga yitwa #ntahoyagiye Uno mwigeme we akaba ayibonekamwo yitwa #bella yamara akaba asanzwe yitwa #cadeau_ravelle_arnicia , impamvu tuba tumuhereyeko nuko ari umwe muri babiri b'abakinyi_fatizo ( principal actress) muri ino film!
Cadeau Ravelle official
Warubizi.


Munusu Comedian
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Edson Drama Scott
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?