🔴#landry #PROMOTER"
🔴#olegue NTA MPANURO NIMWE ATARONSE KANDI OLEGUE AKWIYE IMPANURO NTAKWIYE IBIHANO"
📌Landry Promoter ni umugenzi abushitse wa Olegue uyumusi apfungiwe mw'ibohero rikuru rya mpimba yo kumusaga,Landry yagize icavuga kuri Olegue baka barigeze kupfunganwa muriryo bohero
👇🏿Ati"Olegue nta mpanuro nimwe ataronse kuko jewe ndi umujama wiwe kandi nama namuhanuye ahubwo Management yiwe niyo ataco imufasha kubijanye nivyo akwiriye gukora"
📌Landry Promoter avugako bakiva mw'ibohero bumvikanye kutazosubira kudekona kuko aharaho nihabi cane,bo bahise muri Université igoye cane ariko ikebura ikongera ikigisha
📌Nubwo biruko Landry Promoter asaba Ekleziya Katolika kugira imbabazi nyinshi kuko ngo Olegue akwiye impanuro n'inkebuzo ntakwiye ibihano
🔻Wewe ibi Landry avuze ubivugako iki?
NICKOTV UPDATE
@Homme du Changement
Bertrand MB
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Méthucel NSHIMIRIMANA
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Sammy
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?