Gasape Gasape
    #burundi #buy #bujumbura #jimbere #uburundi
    Advanced Search
  • Login
  • Create an account

  • Night mode
  • © 2023 Gasape
    About us • Contact Us • Developers • Privacy Policy • Terms of Use

    Select Language

  • Arabic
  • Bengali
  • Chinese
  • Croatian
  • Danish
  • Dutch
  • English
  • Filipino
  • French
  • German
  • Hebrew
  • Hindi
  • Indonesian
  • Italian
  • Japanese
  • Kirundi
  • Korean
  • Persian
  • Portuguese
  • Russian
  • Spanish
  • Swedish
  • Turkish
  • Urdu
  • Vietnamese

Events

Browse Events My events

Blog

Browse articles

Market

Latest Products

Pages

My Pages Liked Pages

More

Forum Explore Popular Posts Games Movies Jobs Offers Fundings
Events Market Blog My Pages See all
Elsie Gahimbare
User Image
Drag to reposition cover
Elsie Gahimbare

Elsie Gahimbare

@79000042
  • Timeline
  • Groups
  • Likes
  • Friends 88
  • Photos
  • Videos
  • Products
88 Friends
544 posts
Female
21 years old
Lives in Burundi
image
image
image
image
image
Elsie Gahimbare
Elsie Gahimbare
38 w

Intare batinya.

UBURYO NEVA AKORESHA MU GUTWARA BUDAHIMBARA IBIHANGANGE BIMWE BIMWE

Kuva ashitse ku butegetsi muri 2020, umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye arafise umukenyuro akoresha utanezera bamwe.

NOMERO ZIWE ZA TEREFONE KU BANYAGIHUGU

Umunyagihugu wese arafise uburenganzira bwo kwandikira Sebarundi. Haba kuri whatsapp canke ku nomero isanzwe.

Ivyo bitandukanye n'uko vyari vyifashe ku ntwaro ya Petero Nkurunziza. Uti bitaniye he ? Nkurunziza akiramutswa igihugu, bisa n'uko hariho akarwi k'abantu bamupangira ivyo akora vyose. Baramuzanira agashirako umukono. Ariko vyarashika abo bantu bakamuhenda bivanye n'inyungu barondera. Guhendwa rero vyatuma afata ingingo zitameze neza canke ataco zifasha umunyagihugu muto. Hari n'ababogozwa mu mabanga kubera kudenderezwa!

Biboneka ko uwo mutego Evariste Ndayishimiye yawutahuye. Mu gukenyura, yaciye aha inomero za terefone abanyagihugu. Nk'iyo hari dossier iriko irigwa yerekeye akarere runaka, araheza akibariza abanyagihugu vyega. Mbere, hari n'amakuru amushikira inzego zitandukanye zibijejwe zitarabimenya. Muri ico gihe, biragoye kumuhenda.

ABASHAVURA NI BANDE?

Ni bamwe mu bakora mu bisata bitandukanye vya reta, abarwizatunga na bamwe mu banywanyi ba CNDD-FDD baguma bagerageza kunyonora ivy'igihugu. Kenshi rero abanyagihugu baravyandikira umukuru w'igihugu. Barabimubwira.

Mu gutanga amasóko, haraba amanyanga akomeye. Akarorero: nk'umutegetsi ashaka kugura ibintu bitandukanye bikenewe mu gisata ciwe, urashobora gusanga mu nteguro y'ibigurwa yanditse ko ikaramu imwe ifise agaciro k'ibihumbi 3, isabuni imwe akavuga ko igurwa ibihumbi 6, imodoka y'imiliyoni 10 akayiha agaciro ka miliyoni 50, ...Nk'uwo rero ntanezerwa asanze vyamenyekanye.

IGITURIRE GITWARA UBWENGE

Umutegetsi amaze kuja mu vyo kunyonora canke kurya ibiturire, ubwenge bwiwe buragabanuka, agasigara akora ibintu bigoye gutahura. Akarorero: mu misi iheze, abanya Bujumbura baguye mu gahundwe babonye umuntu ariko arashinga inyubakwa mu kibanza citiriwe ukwikukira (place de l'indépendance).

Hari amakuru yemeza ko yariko yubakaho akabare! Ubuyibozi bw'igisagara bwo buvuga ko wari umusarani rusangi (toilette publique). Dufate ko wari umusarani rusangi. None ikibanza wari ukwiye kwubakwamwo ni kirya? Umutegetsi yatanze rurya ruhusha ni nde?

Uwo muntu yaciye yihutira kubomora kubera vyaciye bishikira Sebarundi ubwo nyene.

Gira ico ushikirije

image
Like
Comment
Share
avatar

Nishimwe Jimmy

vyenda gusetsa
Love
1
Like
· Reply · 1672900272

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Manifa Ally Fabrice

Yirambire
Like
· Reply · 1672900394

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Nsavyimana Philbert

Vyiza
Like
· Reply · 1672901105

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

Elsie Gahimbare
Elsie Gahimbare
40 w

Fanny nimfura yiwe😍
Imfura na nyina barangana😍 Ubona Atari mugukwesha vuba?

image
image
Like
Comment
Share
avatar

NSENGIYUMVA Gédéon

Tagata
Like
· Reply · 1671905026

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Dieudonné KWIZERA

Arakujije
Like
· Reply · 1671905367

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Elvis Ir

Bir kur nkukwez
Like
· Reply · 1671906087

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

Elsie Gahimbare
Elsie Gahimbare
44 w

image
Like
Comment
Share
avatar

Jean Bosco

Uraberew
Like
· Reply · 1669310151

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

Kwizera Theophile

Cool
Like
· Reply · 1669312712

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

avatar

AHISHAKIYE Amani

Vyiza
Like
· Reply · 1669313488

Delete Comment

Are you sure that you want to delete this comment ?

Elsie Gahimbare
Elsie Gahimbare
1 y

🛑 Mubisanzwe muri #miss_burundi bizwi ko hasigayemwo abakobwa 12 ariko mumaze iminsi mubona kumufoto abakobwa 11 ! Ese umwe aba arihe ? Ubwo siwe aba ariko arafotora bagenziwe?canke yaravuyemwo ntitwabimenyeshwa ?
Twarondeye ababiteguye turabakena!

image
Like
Comment
Share
Elsie Gahimbare
Elsie Gahimbare
2 yrs

Kalibu kumus wej duhimbaz Imana

image
Like
Comment
Share
Load more posts

Unfriend

Are you sure you want to unfriend?

Report this User

Edit Offer

Add tier








Select an image
Delete your tier
Are you sure you want to delete this tier?

Reviews

Pay By Wallet

Payment Alert

You are about to purchase the items, do you want to proceed?

Request a Refund