L’ambassadeur du Burundi en Ethiopie Willy Nyamitwe a remercié tous les consulaires et les ambassadeurs qui ont pu intervenir et rassure que leur préoccupation d’intégrer les jeunes femmes est déjà de mise, car le gouvernement burundais donne une très grande place à la femme et précise qu’il y a déjà une banque des femmes.
Dans son mot de clôture, le président de la République rappelle que ce dialogue est pour les jeunes une opportunité de développer leurs talents et qu’ils devraient apprendre à les exploiter par le travail. Il rappelle que la guerre ne résout rien, mais que le travail résout tout.
"La seule guerre à mener est celle contre la pauvreté et je suis le combattant suprême de lutte contre la pauvreté". dixit Evariste Ndayishimiye président de la République du #burundi.
🛑 Imodoka ya #abel_nduwayo yaraye ifashwe n'umuriro hafi yo kwaka yose ariko Imana irakinga!
🔯Vyaraye bibaye kumugoroba w'ejo hahise mugihe umukinyi wa film #abel akaba n'umuririmvyi wa gospel yaratahutse iwe kumuhano niho yabonye umuriro waduka mumodoka nuko aratabaza abantu bahagera kare bamufasha kuyizimya kubw'amahirwe urazima itarononekara cane
!♉ Abicishije kuri status yiwe , Abel avuga ko yaguye mugahundwe kuko ngo uwo muriro waje muburyo busiga ubwenge none igitangaje kurusha ngo nuko ivyabaye yari yazindutse abirwirwa n'umukozi w'Imana ; abandanya avuga vyose ari amashari ya bamwe mubo basangiye umwuga batipfuza ko abaterana intambwe!
♦Atangaza kandi ko igisigaye aruko asezera muvya film burundu kuko ngo yasanze yohasiga n'agatwe! Kuko uwamubwiye ivyo gusha kw'imodoka yiwe yamubwiye ko ashobora no kuraswa!
🕎 Mukanya murabe kunkuru yacu ikirikira amastatus wenyene ubwiwe yashizeko! ( dusubiyemwo ivyo yavuze)
Hassan Derulo
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Nsavyimana Philbert
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Bertrand MB
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?