Umukuru w’igihugu c’U #burundi ahamagarira urwaruka kwama rwiyumvira icoruteza imbere ntihagire uwubabesha ngo abakwegere mu ndwano kuko intambara idateza imbere umuntu n'umwe.
Evariste Ndayishimiye yaruteye ako kamo, kuri uyu wa mbere, mu nama yo kuruhimiriza kwitaho ivy’igihugu. Yibukije urwo rwaruka ko umwansi rufise ari ubukene.
Richard Kubwimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Sammy
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Manifa Ally Fabrice
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?