🛑 Umwana akiri muto afise izina rinini muri films industry y’I #burundi yitwa #kercy_adnette amenyesha ko atariko arakora uko abishaka bitewe nuko uburyo atari ikirenga mugihe films nazo zisaba uburyo bwinshi ! Avuga kandi ko ahura n’intambamyi zo guhora ajuragirika muma labels bigatuma aticara ngo atekane, ashinge imizi !
#kercy avuga ko ihangiro ryiwe vuba niyaba yaronse manager azoca atangura ibikorwa vyiwe bwite vyo gukora films muburyo kandi bwagutse !
Muhora mubona azi gukina ?
Aba managers murahawe ikaze !
Shemezimana Dieudonne
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Pharès Ndihokubwayo
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?