Imisore irayobeye!
Har'imisore mu kuresha yinginga inkumi ndetse no gupfukama ikemera igapfukama gushika yigaruriye umutima w'inkumi! Ubushakashatsi bwerekana ko iyo misore ata rukundo nyakuri ruba ruri muri yo kuko ngo iyo umwigeme aramutse amuhaye urukundo ngo keya yahora amuha ica igabanuka, umwigeme akaba ariwe aca ahangayika kuko muri we umuriro w'urukundo uba wamaze kuba mwinshi !ayo n'amwe mu majambo twaganiriwe n'abigeme b'inzobere mu rukundo basanzwe biga muri Kaminuza y'Uburundi!!
Barongera bati hari n'iyindi misore yoyo izi ko ari myiza,miremire wanashima !ng'abo nabo iyo batumbereye inkumi ntibayinginga ng'ibakunde !nyabuna itanga telefone ngo inkumi yishiriremwo inimero ukaza wumva mw'ijoro aragusavye ko woja KUMURAMUTSA !ngo kandi inkumi utanka zirayigamburukira , imisore igakor'umuti umwigeme agasubir'iwabo wa musore ico akora aca amubloka, umwigeme agasigarana na wa muriro wa WENYENE !
Barongera bati hari rero iyindi misore ikora uko ishoboye kwose kugira ngo ironke nimero z'umwigeme iba yashimye igasaba umubonano mukabare !maze igaheza igashikiriza ic'iyum viro mu mutuzo ntangere !! abigeme ngo baraha agaciro imisore ibikora mur'ubwo buryo ngo kuko ubibabwiriye mw'ibarabara ngo uba uriko ukina igikino NINDE !

Micha Horanimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Jeanine Nshimirimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Bimenyi Jodie
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?