💎Bwana #uhuru_kenyatta yaragize ati:
👉"Bagabo namwe bagore mur’aha, sinshaka kwigira mukuru ngo ngeze aho sogokuru wanje yagejeje, ariko ukuri kudashingiye kumyaka yanje nuko nobabwira ko ivy’isi atawovyiratana.
Ati:👉« Narabonye nyenamazu ahinduka umupangayi imbere yo gupfa kwiwe.
👉Narabonye uwagendera mu modoka nziza ya Benz-Mercedes anyonga ikinga ngo aronke ico gufungura.
👉Narabonye umunyeshuri atwara ikigo c’ishure yizeko kandi abakimwigishirijemwo
bose bakihigisha nubundi.
👉Narabonye umusore aresha bakamwanka yagira aho yigeza heza muvyubuzima, uwamwanse akamusaba kumuharika.»
💎Yongera ati:
👉« Intwari ihinduka umucakara.
👉Umukonvayeri agurira imodoka uwo yahora akorera.
👉Uwatse ingurane muri bank agakoresha uwayimuhaye.»
🙅Mu buzima rero ntawuzi ico ejo hamubikiye; Bityo rero ntukizere cane ubuzima ngo wiyite igitangaza. Ntuzokwibagirwe ko udategerezwa gucira abantu imanza utaramenya inkuru yabo yose, kuko n’igiceri kigira impande zibiri zitandukanye. Nuko rero girira mugenzi wawe nk'uko wokwigirira; mukundane, mufashanye. Mugire ineza, mureke kwigira abanyabwenge kubwanyu; kuko tutazi ico ejo hatuziganirije..... Ubuzima ni gatebe gatoki kandi twahishijwe ivy'ejo rero buraca bugacana ayandi.
Rero ca bugufi.
Ako kantu👆🏾kotwigisha





Elias Elyôn MUTONI
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Jeanine Nshimirimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Josué Bigirimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?