𝐀𝐩𝐩𝐫𝐞𝐜𝐢𝐚𝐭𝐢𝐨𝐧 𝐏𝐨𝐬𝐭 𝐓𝐡𝐚𝐧𝐤𝐬 sis 𝐲𝐨𝐮𝐫 𝐥𝐮𝐯 𝐚𝐧𝐝 𝐬𝐮𝐩𝐩𝐨𝐫𝐭 𝐦𝐞𝐚𝐧𝐬 𝐚𝐥𝐨𝐭 𝐒𝐡𝐨𝐮𝐭-𝐨𝐮𝐭 𝐭𝐨 𝐲𝐨𝐮 Mary Sikovia #thanksforyoursupport #topfans

𝐀𝐩𝐩𝐫𝐞𝐜𝐢𝐚𝐭𝐢𝐨𝐧 𝐏𝐨𝐬𝐭 𝐓𝐡𝐚𝐧𝐤𝐬 sis 𝐲𝐨𝐮𝐫 𝐥𝐮𝐯 𝐚𝐧𝐝 𝐬𝐮𝐩𝐩𝐨𝐫𝐭 𝐦𝐞𝐚𝐧𝐬 𝐚𝐥𝐨𝐭 𝐒𝐡𝐨𝐮𝐭-𝐨𝐮𝐭 𝐭𝐨 𝐲𝐨𝐮 Mary Sikovia #thanksforyoursupport #topfans
Ku wagatandatu igenekerezo rya 7/5/2022, Musitanteri wa komine Gitega Jacques Nduwimana yarishikiye aho komine iriko irarangurira umugambi wo kwubaka ikiraro ca kijambere gihuza Quartiers Shatanya na Mushasha.
Mwomenyesha ko iryo barabara ripfunyira urugendo abenegihugu, na cane cane abakozi ba Leta n'abanyeshure kuko muri izo Quartiers zisanzwe zirimwo ibigo n'amashure menshi.
Hampande y'ikiraro kiriko kirubakwa , Musitanteri yamenyesheje ko iryo barabara risanzwe ririmwo ibinogo binini binini vyatewe n'amazi aricamwo, yaciye afata ingingo ko ivyo bikorwa vyo kwubaka ibiraro bizobangabanganwa no gukora iryo barabara biciye mu bikorwa rusangi.
Musitanteri wa komine Gitega akaba afise umwitwarariko w'ubukene bw'amabarabara nyabagendwa ahuzwa ama quartiers mu gisagara ca Gitega.
Atera akamo inzego zitandukanye n'amashirahamwe aharanira iterambere ry'abenegihugu gufasha kugira haboneke amabarabara abereye igisagara ca Gitega kiri ku mutima w'umurwa mukuru wa Politique.
Nsavyimana Philbert
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
IRANKUNDA Enock
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Leonce Bizindavyi
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?