INKURU IRYOSHE YA LIN NA LINE 💑
⭐Igice ca_1
🔵Igihe kimwe habaye umuhungu yitwa Lin, hakaba n'umukobwa yitwa Line. Lin yavukiye mumuryango ukenye cane, na Line yavukiye mumuryango ukenye cane.
🔶Igihe kimwe rero Line yaratashe avuye kwishure, arimugushika iwabo aca araraba(gutakaza ubwenge) kubera yaranshonje. Ntiyaronse n'umuntu n'umwe amwitaho.niho rero Lin yaratashe agiye muhira iwabo kurya kubera yakora akazi ko gusatura inkwi mumahinguriro y'imikate n'ibitumbura, muriryohinguriro ntibamugaburira baramukoresha cane batanamugaburira, niho rero Lin yabona Umukobwa mwiza aryamye mwibarabara, abantu benshi bari bamushengereye, Lin yibaza ngo yapfuye, niho yegera arabaza, bacabamubwira ngo yarabishijwe n'inzara, niho rero Lin yisofye mumufuko asanga afis amahera atarenga igihumbi. Yaciye yirukira kuri restaurant zari ngaho hafi, amugurira inrya arazizana, hama aca aramuterura amushira kuruhande, amuha zanrya ararya, niho yasubira kuronka utuguvu, Line yaranezererewe Lin kubw'ubufasha bwiwe, niho batangura kwidondorana, umwe ngo nitwa Lin uwundi ngo nitwa Line. Niho rero Lin yaciye aherekeza Line amushikana iwabo.
▶Line : Lin, karibu muhira iwacu wisange kandi wiyumve amahoro, ariko wihangane ntantebe dufise, icara ngaha kw'ibido.
▶Lin : Murakoze cane, Line, kuba unyakiriye muhira iwanyu biranryoheye, ham wiyumve amahoro, kuba nicaye kw'ibido nibwobuzima bwanje bwamisi yose. Ham kontabona abavyeyi bawe baroyehe ??
▶Line : pole sana, ncuti yanje. Hama papa wanje sihari, ari kukazi, akorera mw'ihinguriro ry'imikate n'ibitumbura, asatura inkwi, hama Mama nawe niwe avyuka kare aja kugira isuku kuriryohinguriro. #mbega ko twumvise abavyeyi ba Line, bakorera hamwe na Lin, mbega Lin yavyifashemwo gute ??
Urashaka igice ca kabiri? Tubwire.
🔴"Utunenge twarahabaye ariko Miss Burundi yagenze neza muri rusangi". Ivyo vyashikirijwe na Sultan Souleymane arongoye umugwi utegura Miss Burundi mu kiganiro caraye kibereye ku rubuga rwa Twitter.
Ni ikiganiro catanguye isaha 3 z'ijoro, cahuza bamwe mu bakoresha urubuga rwa Twitter mu Burundi. Kikaba camaze amasaha 3, citabwa n’abantu barenga amajana 400, bariko baganira kwitunganywa rya Miss Burundi. Sultan Souleymane n’aho bitari bitegekanijwe ko agira ico ashikiriza, yahavuye asaba ijambo kugira atange umuco ku bibazo bimwe bimwe bijanye n'utunenge twabonetse. Muvyo yamenyesheje yavuze ko iryo higanwa muri rusangi ryagenze neza naho hariho abatashimishijwe n'ivyavuyemwo ,akabona ko ari ibisanzwe muri demokarasi.
Kubijanye n'utunenge twubuhinga, Sultan Souleymane ntabihakana. Yagize ati:"Twarabonye ibitagenze neza tuzokosora na cane cane nko mu kumenyekanisha ihiganwa Miss Burundi (communication) hamwe n’ukwerekana ikibiriraraho ihiganwa kuri télévision y'igihugu kubera utugorane tw'umuhora wa internet utari umeze neza.Arongera ati: “ikindi catugoye ni umugwi utanga amanota Jury. Ariko vyaturutse kubo twari twashizemwo ariko bafata ingendo ku munota wanyuma ariko ivyo vyose tugiye kubikosora mu mahiganwa akurikira”.
#lesbeautesdecheznous #akezanet #miss #burundi
Permettre aux jeunes entrepreneurs d’accomplir leur ambition professionnelle et d’élargir leurs possibilités de création de richesses fait partie de la vocation citoyenne d’Interbank Burundi. C'est dans ce cadre que la banque a financé le 1er prix dans la catégorie "Agribusiness" du concours "Light Awards" organisé par l’Université Lumière de Bujumbura.
L'Université Lumière de Bujumbura fait partie des partenaires IBB M+. Vous pouvez payer de chez vous tous vos frais d’étude avec notre solution IBB M+.
#interbankburundi
#mieuxquunebanque
🔴🔴‼️ TRISTE 🔴🔴
Où va le monde ?😭😭 Ce petit innocent a été froidement poignardé au coeur par son ami, voisin du même âge que lui après une bagarre qui leur a opposé. Le présumé assassin a utilisé ce mot: " je vais te tuer" et il a courru dedans prendre le couteau et revenir assassiner son ami en plein coeur❤️❤️. La macabre scène s'est déroulée à Walia dans le 9eme Arrondissement de la ville de Ndjamena. S'il vous plaît, mes frères du Nord et Sud, l'éducation de base est très importante. Dites à vos enfants de faire très attention avec l'utilisation des armes blanches ( couteau), Paix à ton âme filston 😭😭😭
Quand vous laissez vos enfants regarder trop de films d'actions c'est le résultat 😤🥲
Gahungu Mugisha
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Nduwabagabo Joachim
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
IRANKUNDA Enock
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?