MERRY CHRISTMAS 😘
Happy Holidays Team Katrue
Be safe and Enjoy Christmas ❤️
Nawapenda Sana mafans wangu🙌🏽
#teamkatrue
#therealdeal

MERRY CHRISTMAS 😘
Happy Holidays Team Katrue
Be safe and Enjoy Christmas ❤️
Nawapenda Sana mafans wangu🙌🏽
#teamkatrue
#therealdeal
Mairie de Bujumbura : mbega kuri “Bata” hoba hakorera abafundi b'amanyanga gusa ? 🤔
✍🏾 "Jewe nitwa Etienne Manirakiza, ndi umudandaza, ndongoye ishirahamwe ry’ubudandaji ryitwa Obuco (Oroherwa Business Company).
Ndasoma amakuru ya Yaga incuro zitari nke, aramfasha, ni vyiza mutere imbere ! Gusa, haraheze amezi mwanditse inkuru ivuga amakosa abadandaza bo kuri “Bata” bakorera abaguzi, jewe sinanyuzwe n’iyo nkuru uburyo yashikirijwe na rirya atari ubwa mbere mwanditse muvuga ku badandaza bakorera “Bata” kandi hose muvuga amakosa bakora gusa.
Muri make narabineguye, muti kuki ?
Ico ntashimye nabonyemwo ni gufatira abadandaza bose mu kivunga. Nimba narasomye nkatahura neza igisomwa canditswe kigabisha abantu boza gukoresha ngendanwa zabo kuri “Bata” ko bohamerera magabo bivuye k’uwo vyashitse yaje gukoreshaho terefone agasanga bishe "caméra".
Kuri ivyo jewe naribajije nti gute ku bintu vyashikiye umuntu umwe mwoca mugabisha abantu baza kuhasumira ko bokwiyubara ? Mbega hoho nta muntu n’umwe arigera aza gukoresha icuma ciwe kuri “Bata” ngo agitahane amarembe ? Ku bwanje ntibishemeye.
Kumbure nimba mufise amakuru yandi arengeye ayo birumvikana, ariko nimba kwandika vyatumwe n’ivyabaye ku muntu umwe, harimwo kurenza urugero.
Jewe ndahakoreye imyaka ine, ndazi ko hari ababegito batagera umutwe utuntu twa murundi, barakoresha amayeri yose ashoboka. Ariko kandi hari n’abandi bo kwizigirwa, ashobora guha ikintu bakagikora nk’uko mwabipfunditse kandi muri abo dukorana barimwo. Aha turafise abantu batari bake tumaze gutunganiriza kandi babishima, ntidukora vyose neza, ariko muri rusangi turagerageza.
Kubona rero igisomwa nka kirya, jewe sinoca nemeranya namwe. Kuko jewe na bagenzaje turagerageza gukora neza. Tuba turenganijwe kubera dushizwe mu mugwi umwe n’abo tutawusangiye. Muba muturenganije kubera abadufiseko icizere gishobora kugabanuka, tugatakaza abaguzi, natwe ntitube tukironka icasha ngo twikenure twongere dushigikire mw’iterambere (amatagisi n’amakori) kandi dusanzwe tubitanga.
Mu kurangiza, nibaza ko gufatira hamwe abantu kubera ingeso mbi z’umugwi w’abantu kanaka atari vyiza, bica intege abakora neza.
Ahubwo habonetse abagerageza gukora ibintu vyiza mukwiye kubatera intege mwovuga muti : "Naho biri uko, hari abavyifatamwo neza. Nimba bahari vy’ukuri ijwi ryabo rigashika kure. Murakoze !"
🧏🏾 Basomyi, iyi ntererano y’uyu musomyi muyivuzeko iki ?
#baratwandikira
#ubushobozi
Abaturage bo mu Kagari ka Gatare mu Murenge wa Niboyi Akarere ka Kicukiro, bavuga ko bamaze gufata umwanzuro wo kwikemurira ikibazo cy'ibikorwa remezo bidahagije, kandi ngo bimaze gutanga umusaruro. #rbaamakuru
➡️ bit.ly/3qaiOPT
Nduwabagabo Joachim
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Nsavyimana Philbert
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
IRANKUNDA Enock
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?