The Top 100 songs of the year countdown,
OMUNENE AYINGIDE, MR.VYBES himself on the mic 🎤 Counting all the trending hits around the world 🔥 🔥 🔥 up 50 🕖 pm with #mc_soda playing all the best hits only . Listen 🎧 live on www.rukigafm.com or download the app https://play.google.com/store/....apps/details?id=ruki ! Let’s gooooo 🔥 🔥 🔥
#kayanza: Ibikoresho biharura amazi yakoreshejwe (compteurs) bigera ku 70 vyaribwe mu mihana yo ku misozi Kiryama na Musema muri komine Butaganzwa, muri ayo mezi abiri aheze.
Ba nyenevyo bavuga ko vyatumye igisata kijejwe amazi muri komine Butaganzwa cugarira amazi ba nyene amambombo yibwe amakonteri. Basaba ko hokwiga ubundi buryo bwizewe boza bararihamwo, mu kurindira ko basubira kuronka ivyo bikoresho bipima amazi aba yakoreshejwe.
Gilbert Kubwimana, arongoye igisata c'amazi muri komine Butaganzwa arabahumuriza ko ico kibazo kiriko kirigwa n'abajejwe intwaro kugira ngo kitorerwe umuti.
✋Mwaramutse neza mwese?
❓Akabazo dufise uyu musi ni ako kagira gati: Natanguriye muri #psvendhoven mbandaniriza muri #barcelona maze vyanse mba ngeze muri #interdemilan ariko mvuga nti sinshizwe mba nerekeje muri #realmadrid ariko naciye nigira muri #acmilan.
Ndinde?
Jesse Lingarld
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Ndayisenga Benefice
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Yves Nyngr
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?