#bubanza: Abanyagihugu bo mu gisagara ca 2 ca komine Gihanga bavuga ko ata muyagankuba urangwa muri ico gisagara, haraheze hafi amezi abiri. Bidoga ko ibikorwa vyose vyahora bisaba umuyagankuba vyahagaze. Kubwabo, abashomeri baciye bagwira. Basaba ababijejwe kubatunganiriza.
Mw'ishirahamwe Regideso rijejwe gutanga amatara n'amazi basigura ko ari icuma gitanga umuyagankuba (transformateur) capfuye kandi ko bakiriko baragikora.

DEOGRATIAS NZAMBIMANA
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Obède Ndayiragije
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?