#kayanza: Abana babiri bavuka ku mutumba Nyarurambi komine Gatara bakomerekejwe n'igisasu ntezwamintoke caturitse, mu gihe bariko baragikinisha bagitoye mu nzu, bivugwa ko haheze imyaka cumi ata bantu bayibamwo.
Amakuru ava aho i Gatara akemezwa na musitanteri w'iyo komine avuga ko amagara yabo bana atameze nabi bariko baravurwa.
Sylvane Gakuyano asaba abo arongoye ko uwugifise ikirwanisho atabifitiye uruhusha canke uwobona aho catawe yokwihutira kubimenyesha intwaro n'abajejwe umutekano mu ntumbero yo gukinga amasanganya
Simon Hari
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Evode NTIRANYIBAGIRA
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Dieudonné KWIZERA
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?