#bubanza: Hari umuporisi yapfuye yirashe, ku muhingamo wo kuri uyu wa gatanu ku mutumba Kagwema muri komine Gihanga. Nk'uko amakuru ava mu Kagwema abivuga, uwo muporisi yari amaze iminsi atameze neza mu mutwe, niho yafata inkoho yinjira aho basanzwe babana n'abandi aca arirasa.
Kubw'ayo makuru, vyabaye ata n'umwe ari muriyo nzu. Bagenziwe bumvise inkoho n'abanyagihugu bashwabadutse, bagiye kuraba basanze yapfuye, aryamanye n'inkoho yiwe. Mu ntwaro no mu giporisi bavuga ko bariko baratohoza neza ico vyaturutseko.
Jean Gabin Irakiza
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Thérence Ndayizeye
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?