#makamba: Abanyagihugu bo ku murwa mukuru wa komine Kayogoro barafise ubukene bw'amazi meza. Ariko, kubw'umugende w'amazi uriko uratunganywa, bizeyeko bagiye kuyaronka gusumba uko vyahora.
Basigura ko ayo bari basanzwe bakoresha ari make cane kuko bayaronswa mw'isaha imwe gusa ku munsi. Bamwe bavuga ko bakoresha amazi yo mu binogo biyimbiye mu ngo zabo.
Uwujejwe amazi muri iyo komine aremeza ayo makuru. Amenyesha ko ibikorwa vyayo bigeze nko ku bice 40 kw’ijana.
"Umudandaza w’igitoro aguma arereka ko igiciro kigabanuka kugira akirangure" 😟
Claude*, asanzwe afise "station" muri Mairie de Bujumbura no muri Rumonge Province aratuyagira uko bigenda kuva igitoro gipakirwa mu bwato gushika gishikire abagikenera ino mu Burundi.
#tuyagetwese
#ubutunz
Il n'enjambait aucune route,
il vivait à l'abri, parmi les arbres.
Il en voyait défiler, des pas ....
promeneurs solitaires ou autres,
qui lui racontaient leur Histoire.
Partage, échanges,
il s'enrichissait de chacun.
Il était cette oreille attentive
que personne ne voit
et se tenait dans cette immobilité
qui lui tenait lieu de silence.
Et dans sa solitude recherchée,
il se disait que les Hommes
devraient construire plus de ponts comme lui
et moins de murs ....
Enduone VideosProducer
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
berhard bellard
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?