I #gitega, Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye arikumwe n'umushikiranganji w'intwaro ibereye, umutekano n'iterambere rusangi ariko aragirisha inama ba Buramatari bose b'intara z'igihugu. Barabira hamwe ibijanye n'intwaro ibereye, iterambere, kurwanya inzara, kubungabunga amahoro n'umutekano n'ibindi.
#burundi



Saeed Hakiza
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?