#ngozi: amasomero 6 yo kw'ishure ryisumbuye rya Mubuga muri komine Ngozi yaragurutse bivuye ku mvura ivanze n’umuyaga mwinshi yaguye ku mugoroba wo kuri uyu wa kabiri.
Umuyobozi w'indero muri komine Ngozi avuga ko abanyeshure ata kibazo kinini bazogira kuko baca bakoranira mw'ishengero no masomero 4 bisigaye muri iki gihe bariko barakora ibibazo vy'igice ca mbere. Ariko asigura ko mu gihe igice ca 2 cotangura hatarubakwa abana bobura aho bigira.
Umuhanuzi wa buramatari ajejwe iterambere avugako ico kibazo bamaze kukivugana n'abo vyega bose ko ata ngorane abana bazogira.
#inkuru_itwenza 😂😂😂
®®®
Umusuma yasavye Imana imuhe ibihumbi 10 ati ndaguhamwo igihumbi.
Agize atya aca abona umukobwa afise agashakoshi aca arakamusahura ariruka aravye asangamwo ibihumbi icenda aca ravuga ati:
®
"burya Imana nayone iraciye akenge, yaciye ikuramwo 1.000 cayo!!!! 😂😂😂😂
®®®
Ushaka kubandanya ubona inkuru nkizi Gira #s_abboner na #jaime kuri iyi page 👉 Mutuzo
🤗 "Turi abakobwa 11 bagiye hamwe kugira ngo twitezimbere mu mirimo itandukanye"
------------------------------------
🔷 Muri rya hayanisha gurisha ririko ribera aharabana n'ikibuga citiriwe Intwari mu gisagara ca Bujumbura mu ntumbero yo guhimbaza indwi yahariwe kwitunganiriza imigambi kw'isi, koperative yitwa "Innovation Plus Plus" n’abakobwa 11 ntiyatanzwe nayo guhayanisha no kugurisha bimwe mu vyo isanzwe ihingura, nk'amahereni, itapi, uturato tw'abana,... vyose bikozwe mu nyuzi
👯🏾 Hambavu yivyo, abo bigeme bahurikiye muri koperative yitwa "Innovation Plus Plus" basanzwe bafasha ndetse bakanategura imanza zitandukanye. Nkuko babitwiganiye, ngo bafise indoto yo kwagura imigambi yabo kuva aho basanzwe barangurira ibikorwa vyabo muri zone ya #gihosha, muri komine #ntahangwa, mu gisagara ca #bujumbura
👀 Akajambo kamwe kuri abo barundikazi ?
Irakiza Siméon
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?