🔴Urugamba rurakomeje.
Kubera zirya #ntara mwumvise yavuze ko zitariko zirerekana #ibiharuro vyiza ku muvuduko wa Gasape #igiga, wa mukozi wanyu afashe indege kuri uwu #muhingamo yerekeza i Palm #islands, kugira ngo bene #ivyuma barabire hamwe ikiriko #kiratuma bitagenda neza.
Mu kiganiro twagiranye #yagize ati : “Kubera iki #bujumbura y’imihana? Kubera iki #bubanza, Kubera iki #ngozi? None izi zose si intara z’Uburundi? Reka nje kubereka ko bitameze neza #babikosore, nayo ahandi ho abantu bo muri izo #ntara ntitwobakira, twoba twambaye #ibara"
Ibi bintu #bizokunda neza bimutwaye uburyo bwinshi, ni #hahandi nyene akagumye bagumako, ari nka jewe ndiko ndabikora, #nisopa ku mufuko, nkoresha umwanya wanje, mba #narabihevye kera.
Nitwa #indra, aha ndakije umuriro, ndabadometse ni #mwidagadure. Aha muza guca mwibagira n’iyu #nkuru ndabahaye muce #munyataka, mutangure gu komanta kuri ako #kajambo kamwe gusa nivugiye.
Ewe #barundi.
Mumwifurize amahirwe #masa rero, abikore bikunda.
_Indra

Manirambona Alexandre
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Ezechiel Ininahazwe
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Jesse Lingarld
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?