🌚📢📢📢📢Iyanka kuzimira irabira, *Itakara ry'ubushobizi mpuzabitsina Ku bagabo n'ikimwe mubibazo bihanze ingo n'imiryango Uno musi*. Mbega umaze kugira ico kibazo wovyifatamwo gute?? Hoba hariho ubufasha kubahuye Nico kibazo??
Ehe Raba uwukira indwara arayirata 🤷♀️
Nico gituma aho bukera italiki 27/02 gushika italiki 10/03/2023 Iyi miti igiye gutangwa kuri Promotion y'ibice 40%
👇👇👇👇👇👇
IMITI IFASHA KUBAKA URUGO RWAWE NEZA :
1.TISANE SEXUO: uwu numuti udasanzwe abamze kuwukoresha barabishimangira uvura Burundu 👍 kurangiza vuba kudashukwa no kutavyara bivuye kumuvuduko muto wimbuto canke zidakwiye, uvura burundu ingaruka zose zo kwikinisha 🤝👏
2. KUPANUA OIL:uwu numuti w'igitangaza ufasha umugabo gukuza no kuvyibusha, kugorora , igitsina cazingamye bivuye kunkurikizi zo kwikinisha , gusiramurwa nabi, canke ariko yavutse amezee, Aya rero namavuta ukoresha massage kurya kwa pommade muminsi mike ukawuhagarika ikibazo cakemutse, ibi biragufasha kunezereza uwo mwubakanye 🤩
3. UMUTI uzana amazi kubagore , ukabongera ubushake bwo gushaka umugabo (gushukwa) , ✅
4. GISENGE PANEX:Umuti udasanzwe mugukabura imisemburo yabagabo bagendana indwara ya *Diabète na Hypertension* , bagasubira gushaka kurangura amabanga y'abubatse neza kandi kumwanya ushimishije😋😎
IMITI IRYOHORA IBINTU KUBAGORE:
1.amavuta atuma ugira umushatsi mwiza cane
2. *UMUTI HIPLIFT UP*:uvyibusha ibisusu kurugero rutangaje umugore canke umukobwa uwariwe wese ashobora kwishimira 🥰
3. UMUTI ugabanya ugahagarika *amabere abagore* batari bake barakunze gukoresha aya mavuta
4.AMAVUTA AKURA AMABARA KURUKOBA *Kubiyambije canke urukoba rwabo rwangiritse kuzindi mvo*
*NB:Iyo miti yose izotangwa kubiciro vya Promotion kubice 40% 🤔🥳🏃♂️🤩*
Ahuri hose umuti uragushikira
LOCALISATION :
Rohero 1
Avenue de la RDC en face de la Bank CECM
Tél&whatsapp+25772203586/61763735*
Tubandanye nicigwa c'uyu munsi
*INDWARA Y'IGISUKARI/DIABÈTE*
Igisukari n'indwara irangwa n'iduga rurenze canke rudakwiye ry'urugero rw'isukari mu mubiri wacu, kenshi bigashobora kuva kugufungura nabi (gufungura birenze urugero kandi ibintu bitera ubwo bugwayi), ibiro vy'umurengera, akaronda mu miryango n'ibindi vyinshi....
Isukari nziza dukura muvyo dufungura vyateguwe neza ni nziza kuko ituma turonka inguvu tugakora neza imirimo yacu ya misi yose, iyo urengeje urugero niho bica bibi.
Dufise ubwoko 3 bw'indwara y'igisukari(diabète):
👉🏼 diabète de type I
👉🏼 diabète de type II
👉🏼 diabète inspide.
Ibimenyetso vy'uwugwaye igisukari:
➖amasobwe yiwe aba arimwo isukari (glycosurie)
➖kuguma ashaka kuja gusoba cane cane mw'ijorpolyurie)
➖ Inyota idasanzwe(polydipsie)
➖ Kuguma ushaka gufungura (polyphagie)
➖ Gucika intege(asthénie)
➖gukarindwa n'izindi ndwara
➖gutakaza ubushobozi bwo kurangura amabanga mpuzabitsina
➖ Kuma mu kanwa canke ukumva umenga amate mukanwa arimwo umunyu
➖ Kugira iseseme hamwe n'ukudahwa (Keto-acidose).
Diabète rero isanzwe ikwega izindi ndwara zivyuririzi (complications) mugihe umurwayi atarose ubufasha kare, aha twovuga *itosekare ryikora neza ry'umutima, indwara y'amafyigo, uruhumyi, ivumbuka rirenze ry'umurindi w'amaraso, uburima(gangrène) hari naho bishika bagacibwa amaguru....*
Muti none uwumaze gufatwa nubwo burwayi yokoriki??
Diabète n'indwara ikira mugihe umuntu ahisemwo kumvira impanuro ahabwa nabamufasha na cane cane mubijanye n'imirire hamwe n'ingaburo ibereye.
Muriyo ntumbero nyene ikigo canyu CENTRE DES MÉDICAMENTS NATUREL cabahinguriye zimwe mu ngaburo muti zikinga zikanavura ubwo burwayi, aha twovuga nka *JUS TORVUM+ TISANE VINBLASTINE* izi ngaburomuti ni karahara mu ruganda ntibacura Ku bantu bafise ivyo bibazo kuko uziheje zica zigukingira na complications.
MN: kubantu baba bazikeneye babanza guhabwa umubonano kugira bakoregwe urutonde rw'ingene bakwiye kwitwara cane cane mugufungura kugira bakire vyoroshe.
*Ewe CENTRE DES MÉDICAMENTS NATUREL waje hageze*
Localisation : centre ville_ Avenue de la RDC
Tél:72203586/61763735
Email: *centredesmedicamentsnaturel@gmail.com*
??????? ?? ?????
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
StarLink AimeFranck
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?