⚽ Ejo hahise abantu bitwaje ibigwanisho barateye inzu y'ubudandarizo y'umuryango w'umukenyezi wa #lionel_messi iri i Rosario muri Argentina🇦🇷 baca bahasiga ubutumwa bwo gutera ubwoba Messi nkuko vyavuzwe n'igipolisi kuri uyu wa Kane.
[ #1xbet, code promo: #frid17 ]
📌 Barashe amasasu 14. Ntan'umwe yahakomerekeye ariko yarononye ibintu vyari mu mangazine.
✍ Basigiye Messi ubutumwa bw'iterabwoba buvuga buti:
"Messi, turakurindiriye, Gafking (umurongozi w'igisagara ca Rosario) nawe nyene akorera mu kinyegero urudandazwa rw'ibiyayuramutwe kandi tuzobakorera ibintu bitari vyiza."
💪Ikinyamakuru #wfi_sport kiremesheje Messi kwikomeza!
💱 Iyandikishe, utigire hama utsindire amafaranga na #1xbet uciye aha 👇:
▪ Code promo: #frid17
▪ Uronka Bonus ya 200% kuri depot yambere.
▪ Ufise ico ubaza +257 61786461 (Wtsp)
▪ Canke winjire muri groupe ya WhatsApp uciye aha 👇👇
📹 Raba amateka ya #el_classico (My YouTube)
Wibuke gukora #sabonner canke #subscribe
FT: BOUMMMMM BOUMMMM
Barcelona 1 Madrid. 0
Madrid ihejeje kunyagirwa na Fc Barcelona Murukino rwibisazi Abo muri Kataronya murihe mwiyumva gute Umusumari umwe miteye birase ko Abana bibwami bawishingura.
Retour mubona muzokongera kubikora mugasezerera Real Madrid
Barvo Barcelona.🏆
⚽ Inyuma y'agashimwe "#The_Best" FIFA iherutse guha umukinyi wa mbere yigenjeje neza mu mwaka wa 2022, ikinyamakuru #marca naco categuye agashimwe ka "#The_Worst" kazohabwa umukinyi yigenjeje nabi mu mwaka wa 2022.😂
[ #1xbet, code promo: #frid17 ]
📌 Ako gashimwe kazohabwa umwe muri aba bakinyi :
Kalidou Koulibaly 🇸🇳
Dele Alli 🏴
Harry Maguire 🏴
Lucas Moura 🇧🇷
Kalvin Phillips 🏴
Eden Hazard 🇧🇪
Tiémoué Bakayoko 🇫🇷
P-E Aubameyang 🇬🇦
Joe Gomez 🏴
Joachim Andersen 🇩🇰
Nicolò Zaniolo 🇮🇹
Kasper Dolberg 🇩🇰
🎤 Ni nde ubona yoba akabereye ?
💱 Iyandikishe, utigire hama utsindire amafaranga na #1xbet uciye aha 👇:
▪ Code promo: #frid17
▪ Uronka Bonus ya 200% kuri depot yambere.
▪ Ufise ico ubaza +257 61786461 (Wtsp)
▪ Canke winjire muri groupe ya WhatsApp uciye aha 👇👇
📹 Raba amateka ya #el_classico (My YouTube)
Wibuke gukora #sabonner canke #subscribe
Obède Ndayiragije
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Menya Official TV
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
King Tiger
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?