*TUMENYE IBIJANYE N'URUGO RWIZA*
*INKEBUZO*
Ihuriro ry'abagore kugira babigishe uko bazokwigisha abandi kubijanye nuko bakwiye gufata abagabo babo.
Umuremesha kiyago arabaza ati: mbega kwarimwe abandi bafasoni barabirako uturorero none ninde muri mwebwe akunda umugabo wiwe? Umwe wese ati jewe.
Umuremesha kiyago arabaza ati: none muhora mubwira abagabo banyu ko mubakunda ryari? Inyishu zabaye nyinshi. Bamwe bati turyamye,abandi bati tuvyutse,abandi bati turiko turogana.......
Umuremesha kiyago ati: umwe wese nafate telephone yiwe maze yandike ibi:"NARAGUKUNZE,NDAGUKUNDA,NZOGUKUNDA GUSHIKA DUTANDUKANIJWE N'URUPFU MUTUNTWARE WANJE" maze umwe wese ayirungikire umugabo wiwe.
Bahejeje kuzirungika,umuremeshakiyago yabasavye ko bohinduranya amatelephone maze umwe wese agasoma inyishu umugabo w'umugenzi wiwe yarungitse. Inyishu zari izi:
1)Muribande ko ntabamenye
2)Heee mama Beli warwaye?
3)Nanje n'uko chr wanje
4)Ndabona wagonze moteur
5)Sindagutahura ushatse kuvuga iki?
6)Heeee,aho Jean niwe wari uyirungikiye none uribeshe,uzakumpenda gute noneho?
7)Reka guca hirya no hino vuga amafaranga ugomba ndayakuzaniye muhira
8)Ndarose canke?
9)Sha utambwiye uwo wari wandikiye ifuni ihamba umwe
1Narakubujije inzoga ariko waranse kwumva,ahubwo reka ndabibwire mabukwe ko wananiye.
Ph Jean Claude NDAYIKENGURUKIYE
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Elvis Ir
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
K Cross
ination
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?