GITEGA: Umurwa mukuru wa poritike w'Uburundi•
PARCELLE IGURISHWA
Urashaka aho wubaka ihoteri, ushira Banki , Ivuriro , isengero , aho uba n'ibindi hameze neza mu gisagara ca GITEGA?
Hariho parcelle iri hagati mu gisagara ca GITEGA hepfo ya Helena Hotel, irimwo inzu nini cane nziza y'ivyumba 5 na salon nini gose , parcelle ipima 10 ares kandi uretse inzu zubatswemwo hasigara ikibanza kinini cokwubakwamwo izindi nyishi, ifise titre foncier, hariho amatara n'amazi , iri ku metero 50m z'ikaburimbo rikuru, ikora kw'ibarabara rya pavée ryagutse cane Kandi rizohindurwa ikaburimbo ice ikora kw'ikaburimbo. Nta litige n'imwe irimwo habura amahera gusa.
Igiciro: 200 million yinjira
Tel: 79 578 979 (WhatsApp)•

Aimé Noël Willy
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?