Kukw ingabire z'Imana no guhamagara kwayo itavyicuza.
Abaroma 11:29
Ncuti mukundwa , ingabire Imana yaguhaye hamwe n'umuhamagaro yaguhaye ntabwo ivyicuzako igihe utayikoresheje ico Imana igomba gusa ni wewe uzicuza mugihe atampera ibihererwe kandi vyarafashije benshi:
Hambavu y'ingabire n'umuhamagaro, rab neza KO uriko ukora ivyo Imana igomba.