🌏 INSIGURO Y'INZOKA YIZINGIRIYE KU GIKOMBE DUSANGA KU MA PHARMACIE
# Vyose bihera mu gihe c'ubudahangarwa bw'ubugiriki imbere ya Yesu Kristo
.Abagiriki bemera ibimana vyinshi. Euscalipius* ,imana y'ubuvuzi no gukiza, yari umuhungu wa Apollo ikaba umwuzukuru wa Zeus. Amaze kubona ko Euscalipius agomba kugira abantu ikiremwa kidapfa kuko yaca abakiza,Apollo sewiwe yaciye amuca. Euscalipius ntiyaragifise ububasha kwo kuvura/gukiza
. Euscalipius yavyaye umukobwa yitwa Hadjia aba imana y'ubuzima nka se. Ico gihe,yarangwa n'igishusho c'umugore mu kuboko kwiwe kw'iburyo afise igikombe, ukubamfu nako kunzingiyeko inzoka
.Mu myaka yakurikiye niho abahinga ba A.B.A bajejwe ivy'imiti bashaka guhuza ivyo uyo mugore aba afise ku maboko,bahuriza ku nzoka yizingiriye ku gikombe .
''Inzoka'' isigura ''umuti''
''Igikombe'' gisigura ''Ubuvuzi''
Vyose hamwe bisigura ko ari KUVURA UKORESHEJE UMUTI:
Bacita igikombe ca Hadjia
✔️ Aho iwanyu urabibona?

Enduone VideosProducer
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Ndayisenga Kévin Kévin
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
MUHOZA Ange Galilée
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?