#karusi Umurwi ujejwe ukuri n'ukurekuriranira #cvr, kuri uyu wa 23/3/2023 washikirije icegeranyo c'ibikorwa umaze kurangura hirya no hino mu Gihugu bijanye n'ukumenya ukuri kw'ivyabaye mu Burundi mu bwicanyi bwagiye buraba.
Mwijambo ry'ikaze Umuhanuzi wa Buramatari ajejwe amategeko #marie_goreth_benimana yasavye abenegihugu bari bitavye ico gikorwa gutega yompi ivyo baza kuyagirwa nuyo murwi kuko ari ngirakamaro.
Ambasaderi #pierre_claver_ndayicariye arongoye umurwi Cvr yasavye abanyakarusi n'abarundi bose ko bokunda cane ukuri bakarwanya ikinyoma kandi bakirinda uburyarya.Herekanywe amareresi arimwo n'abashinga intahe yivyo babonye co kimwe n'amasanamu y'ibisigarira vy'abagandaguwe.lbibazo bitari bike vyabajijwe birishurwa.
#karusi_cvr_burundi_ukuri_n_ukurekuriranira
Mbonihankuye Maurice
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Ngendahayo Jean Paul
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Munezero Jean Bosco
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?