IMPAMBA Y'UBUZIMA
Nukw ijambo ry'Uhoraho rinzako, riti Ntarakubumbira mu nda nari ndakuzi, kand' utarava muri yo nari narakurobanuye; nagushizeho kuba uvugishwa nanje mu mahanga.
Yeremiya 1:4-5
Itarambumba yarinzi,
Ntaravuka nari naratoranijwe,
Rega ivuka ryanje ntiryabaye isanganya,
Ntikwabaye ukwihenda,oya haba namba,
Navutse kumugambi mwiza w'Imana,
Niyo mpamvu ari ngombwa ngo mbeho ubuzima bwiza bw'Imana.
Ntampamvu nimwe yo kwemera ibinyoma vya shetani ko nduwo hasi,
wapi je ndi uwo hejuru.
Navutse vyose vyarateguwe.
Rega nawewe usoma ibi wavutse kumugambi mwiza w'Imana.
Igihe cose uzisanga mubihe bitakorohereje,
Ntuze utinye gusemerera nijwi ryo hejuru kwikibanza urimwo atarico wabwirizwa kubamwo,
Wiyatureko kurumwana wumwami Imana,
Kandi umwana wumwami atigera akehanirwa,
Atigera yiganyira,
Kuko kwa se vyose biriho.
🙏❤️🇧🇮
Ukaba utaragira suivre cnke follower kwiyi page bigire kugira uzoze uraronka IMPAMBA Y'UBUZIMA UTIBAGIYE J'AIME NA PARTAGE hamwe na commentaires.
Edmond Captain
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Sango Amissi
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
NTAHIRAJA Madjidi
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?