📛Mu rugendo habaho kuruha, ugahagarara, ukicara uruhuka, bwije ugasaba n'indaro. #ihangiro ufise ni iryo #gushika iyo uja.Ni benshi mwatangiranye Urugendo ariko si mwese mwagiriwe #amahirwe yo gushika ku gihe kimwe. Ubuzima niko bumeze ariko #umugambi w'Imana ntawushobora kuwuhagarika kuko n'ubwo igihe coba kirekire Imana #yayagusezeraniye gushika #ntakabuza urashika.
#ntiwibagire kugira:
#likefollowandshare
J'aime_suivre_partage.
Moïse Vyizigiro
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
BIGIRIMANA Jean de Dieu
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Ir Delice Kwizera
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?