Ico utari bwamenye.
Kw'isi harigeze kuba hariho umugabo afise izuru rirerire kuruta ayandi amaze kubaho.
Thomas Wedders (XVIIIè Siècle)
Uyo mugabo yamenyekanye kw'izina rya Thomas Wadhouse
Yavutse 1730 mu gihugu ca Buraya (Europe) i Yorkshire mu Bwongereza (Angleterre).
Yamenyekanye gose kubera izuru ryiwe ryari rifise uburebure bwababa sentimetero 20.
Yaramenyekanye kandi no mumukino wa cirque.
Icigwa: waruzi ko ikizokubeshaho ushobora gusanga atamitahe gisaba kugira kigire ico kikumariye.
Twibanire muri GASAPE
Like, comment na Share vyawe bigufashe kuronka amanota nawe utere imbere.
Vuba ndagarutse
ernestha1995@gmail.com
Déogratias Nzisabira
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Moise Kezimana
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Vyizigiro Christabel
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?