🔴Burundi: Amafranga angana na 895.458.937.935 y'amarundi niyo Reta izokoresha mu mwaka wa 2022-2023.
🔹Uwu musi niho umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca yasigura imbere y'inama nshingamateka na nkenguzamteka zikoranye ibikorwa Reta izorangura mu mwaka wa 2022-2023 (1 Mukakaro 2022- 30 Rusheshi 2023)
✍️Umushikiranganji wa mbere akaba yamenyesheje ko ico igikorwa catevye kumenyeshwa kuberako vyavuye ku ntumbero nshasha ya Leta yitwa "Budget Programme " yatanguye gukoreramwo.



Nduwabagabo Joachim
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
UWIZEYIMANA Alexandre
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Valence Ndihokubwayo
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?