🔴 🔵 Leo Messi aranse ko atagiye guhagaritsa ivyogukinira umurwi wiwe Nserukiragihugu wa Argentine
Leo Messi yagize ati 🎤 : Singiye guhagarika ivyo gukinira umurwi wanje nserukiragihugu ndashaka kubadanya nkinira Argentine kubera kino gikombe ntwaye ♥
The Legend twari tuzi ko uru arigo rukino rwiwe rwanyuma ari mumyambaro ya Argentine nkuko yari yabivuze
Ariko Leo Messi ahejeje kumenyesha ko ashaka kubandanya akinira Argenetine inyuma yaho atahukanye kino gikombe c'isi 2022
🔥🔥The Legend umwami w'umupira w'amaguru 💪💪
Igiterwa anacardier.
______________________________________________
🍎Igiterwa Anacardier coba kiba ahariho hose?
📌Ico giterwa gisanzwe kiba ahatari hake muri Afrika. Mu Burundi kuva muri Nzero2020 Ubushikinganji muvyo bujejwe harimwo uburimyi n'ubworozi bwaratangaje ko ico giterwa njabukamazi gikwiye kurimwa mu gihugu kuko cozanira akamaro Igihugu.
🙇♂️None ico giterwa kiba hehe?
📌Ikigo kijejwe ubushakashatsi mu vy'uburimyi(CIRAD) carerekanye ko Igiterwa Anacardier gishobora kuba ahariho hose haba hashushe canke hakanye. Ico giterwa kirakunda cane ahantu hashushe muca mwumva ko ikiyaya c'imbo ari ahantu heza cane ho kurima ico giterwa.
📌Ico giterwa kirashobora kubana n'ibindi biterwa mu kiringo c'imyaka4.
📌 Mwomenya ko Afrika yonyene ishora amatoni imiliyoni2 n'ibice2 buri mwaka. Mumyaka y'1970 ico giterwa cari ciganziwe na Afrika kubice 78 kw'ijana vy'umwimbu. Mu myaka ya2000-2002 umwimbu waragabanutse cane gushika kubice15 kw'ijana kubera ibibazo vy'ubutunzi, Umutekano..
📌Muri2019 umwimbu warasubiriye kwiyongera gushika ku bice60 kw'ijana. Kikaba kirimwa mu bihugu bitari bike vya Afrika.
👀 Uriteguriye kurima ico giterwa ?
#burundi#inuma MEDIA#uburimyi
Ndayishimiye Eliphase
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Ntahimpera Magnifique
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?