🔴Abarundi bose iyo bava bakagera baratumiwe kuja kuyaga na nyenicubahiro umukuru w'igihugu c'Uburundi🇧🇮 Varisito #ndayishimiye mukiganiro azoremesha ku murwa mukuru w'intara ya Muyinga kukibuga c'umupira w'amaguru citiriwe #umuco ku musi wa gatanu igenekerezo rya 30 kigarama 2022.
🤝Umukuru w'igihugu azishura kubibazo vy'abanyagihugu,abanditsi n'abamenyeshamakuru, ndetse no kur'uwo wese afise ibibazo yipfuza kumushikiriza; ni mur'iyo ntumbero nyene, yaba umurundi wese ari mu Burundi ndetse no mumahanga yemerewe kubaza mukwakura ku numéro za téléphone zikurikira:
📞77 719 467
📞77 719 468
👉Abakoresha umuhora wa #onamob ukwakura ni ku Buntu.
🙌Menya neza: Ico kiganiro kikazoca kumaradiyo yose asamiranira mugihugu c'Uburundi kuva igihe c'isaha zitatu z'agatondo (9h) gushika igihe c'isaha zitandatu z'umutaga(12h).
#akacutv #amakuru #burundi #ikiyago #ntarerushatsihouse?? #provincemuyinga

Hasabumutima Noël
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
UWIZEYIMANA Alexandre
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?